Hinos de países

Hino de burundi

Hinos de países
Hino de burundiBurundi Bwacu, Burundi buhire
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y'ubugabo ku bugingo
Warapfunywe ntiwapfuye

arahabishijwe ntiwahababuka
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira
Komerwamashyi n'amakungu
Habwa impundu nabawe
Isamirane mu mashinga, isamirane mu mashinga

urundi bwacu, ragi ry'abasokuru
Ramutswa intahe n'ibihugu
Ufatanije ishyaka n'ubu hizi
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza

urundi bwacu, nkoramutima kuri twe se
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire
Horana umwami n'abagabo n'itekane
Sagwa n'urweze, sagwa n'amahoro meza

Hino de burundiBwacu Burundi, Burundi buhire,
Icumu Constituição na Constituição,
Gaba intahe y'ubugabo bugingo ku.
Warapfunywe ntiwapfuye,
arahabishijwe ntiwahababuka,
Uhagurukana, uhagurukana, uhagurukana, ubugabo urikukira.
Komerwamashyi n'amakungu,
Habwa impundu nabawe,
Isamirane na Constituição, a Constituição isamirane mu,
bwacu Urundi, feijão ry'abasokuru,
Ramutswa intahe n'ibihugu,
Ufatanije ishyaka n'ubu estes
Vuza impundu wiganzuye uwakuganza uwakuganza.
bwacu Urundi, nkoramutima Curium corte se,
Tugutuye amaboko, umitima n'ubuzima,
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana umwami n'abagabo n'itekane.
N'urweze chão, chão n'amahoro tabela.
Encontrou algum erro na letra? Por favor envie uma correção clicando aqui!